Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 8:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 na bo bamanutseyo barabasengera ngo bahabge Mpwemu Yera;

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Bashitseyo, baca barabasengera kugira ngo baronke Mpwemu Yera,

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 8:15
7 Referans Kwoze  

Petero arabishura, ati Ni mwihane, umuntu wese muri mwebge abatizwe mw izina rya Yesu Kristo, mubone guharirwa ivyaha vyanyu, kandi muzohabga ingabire, ari yo Mpwemu Yera.


kuko nzi yukw ivyo bizomviramw’ agakiza, munsengeye kandi ndonkejwe Mpwemu wa Yesu Kristo;


Kandi ndababgira ukuri yukw ababiri muri mwebge ni bahuriza inama mw isi gusaba ikintu cose, Data wo mw ijuru azokibakorera


Arababaza, ati Mbega mwarahawe Mpwemu Yera igihe mwizera? Baramwishura, bati Ntitwaribganavyumve yuko Mpwemu Yera yatanzwe.


Nuk’ ūvuga ururimi rutamenyekana asenge, kugira ngw ahabge kubisobanura.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite