Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 7:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Maz’ imuha isezerano ryo gukebga. Nukw avyara Isaka, amukeba ku musi ugira umunani: Isaka avyara Yakobo, Yakobo avyara ba sogokuruza bakuru cumi na babiri.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Nuko ica iha Aburahamu isezerano ryo gukebwa. Aburahamu na we avyara Isaka, amukeba ku musi ugira umunani. Isaka avyara Yakobo aramukeba, Yakobo na we avyara ba sogokuruza cumi na babiri, na we arabakeba.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 7:8
20 Referans Kwoze  

Bagabo bene Data, s’ikingora kubabarira mvyeruye ivya sogokuruza mukuru Dawidi, yuko yapfuye, agahambga, n’imva yiwe iri ngaha ino muri twebge na bugingo n’ubu.


Bava i Beteli, baragenda; bari bashigaje akarere, bagashika muri Efurata, Rakeli araramukwa, aragumirwa.


Nuko mwiyumvire uwo muntu ingen’ ahambaye, uwo Aburahamu sogokuruza mukuru yahaye ikigiracumi co mu minyago iruta iyindi.


Arikw ico mvuze n’iki: isezerano ryabanje gushingwa n’Imana, ivyagezwe vyaje hashize imyaka amajana ane na mirongwitatu, ntivyorikūraho ngo bihindure ubusa iryo sezerano.


Bene Data, ibi ndabivuga nk’imvugo y’abantu. Isezerano, naho ryoba iry’ umuntu gusa, iyo rishinzwe nta muntu arikūraho cank’ aryongerako.


Kwāharūwe ryari? Yari yarakebge, canke ntiyaribgakebge? Ico gihe s’uko yar’ amaze gukebga, ariko ntiyaribgakebge.


Mose yabahaye ugukebga — mugabo ntikwavuye kuri Mose, ni kuri ba sogokuruza banyu — kandi murakeba umuntu kw isabato.


Aburahamu yavyaye Isaka, Isaka yavyaye Yakobo, Yakobo yavyaye Yuda n’abandi bavukana,


Aburahamu yavyaye Isaka. Bene Isaka ni Esau na Isirayeli.


Maz’ arikw aracīkāna, kuko yaciye ahwera, yita uwo mwana Benoni, ariko se amwita Benyamini.


Maz’ Uhoraho abona yuko Leya yanswe, aca azibūra inda yiwe; ariko Rakeli aragumbaha.


Biluha asama inda, avyarana na Yakobo umuhungu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite