Ivyakozwe 7:60 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)60 Araheza arapfukama, asemerera n’ijwi rirenga, ati Mwami, ntubaharūrekw iki caha. Amaze kuvuga artyo, aca aracīkāna. Kandi Sauli na we yarabishimye ko yicwa. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe60 Aca agwa apfukamye, asemerera ati: “Mwami, ntubaharureko iki caha.” Ahejeje kuvuga ivyo, aca aracikana. Gade chapit la |