Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 7:54 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

54 Bavyumvise baribga mu mitima, bamuhekenyera imisaya.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

54 Bavyumvise, barashangashirwa, bamuhekenyera imisaya.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 7:54
13 Referans Kwoze  

Ariko bo bavyumvise baribga mu mitima, bashaka kubica.


Bandyaniriza insya z’amenyo, Nk’ukw abacokoranyi bavugira ibiteye isoni ah’ abantu bakoraniye mu mazimano.


Aho ni ho hazoba amarira no kuryanya insya z’amenyo, aho muzobonera Aburahamu na Isaka na Yakobo n’abāvugishwa n’Imana bose bari mu bgami bg’Imana, namwe muhindiwe hanze.


N’uyo muntu wanje w’imburakimazi ni mumute hanze mu mwiza, ni ho hazoba amarira no kuryanya insya z’amenyo.


babaterere mw itanure ry’umuriro; ni ho hazoba amarira no kuryanya insya z’amenyo.


Yantabaguranye uburake bgayo impōye ubusa; Yandyanirije insya z’amenyo; Īndwanya intungiriye igitsure.


azomucamwo kubiri, amusangize umugabane wiwe n’indyarya: ni ho hazoba amarira no kuryanya insya z’amenyo.


Maz’ umwami abgira abakozi biwe, ati Ni mumubohe amaboko n’amaguru, mumuterere hanze mu mwiza; ni ho hazoba amarira n’ukuryanya insya z’amenyo.


Bazobaterera mw itanure ry’umuriro, ni ho hazoba amarira no kuryanya insya z’amenyo.


arikw abana b’ubgo bgami bazohindirwa hanze mu mwiza, ni ho hazoba amarira no kuryanya insya z’amenyo.


Abansi bawe bose barakwasamiye cane, Bavuza agahwa, bagahekenya imisaya, bati Twarahayongobeje; Bati N’ukuri uyu ni wo musi twari twiteze; none turawushitseko, turawiboneye.


Umunyakibi azobirāba, ababare; Azoryanya insya z’amenyo, ahwere mu kajisho: Ico umunyakibi yifuza kizobura.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite