Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 7:41 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

41 Bironkera igishushanyo c’imasa mur’ iyo misi, ico kigirwamana bakizanira ibimazi, bahimbarwa n’ibikorwa vy’intoke zabo.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

41 Ico gihe ni ho bakora ikigirwamana mw’ishusho y’inyana y’inka. Bagishikanira ibimazi bongera bagira umusi mukuru wo kwigina ico kintu bari bakoresheje amaboko yabo.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 7:41
11 Referans Kwoze  

Mbere naho bicuriye igishushanyo c’ imasa kivugutiwe, bakavuga, bat’ Eh’ imana yanyu yabakuye muri Egiputa! bagakora ivyo kukuratsa bikomeye;


Abantu bārokotse, batishwe n’ivyo vyago, ntibihana ivyakozwe n’intoke zabo, ngo bareke gusenga abadayimoni n’ibigirwamana vy’izahabu n’ivy’ ifeza n’ivy’ imiringa n’ivy’ amabuye n’ivy’ ibiti, bidashobora kubona canke kwumva canke kugenda:


Igihe nabona Abisirayeli, bari bameze nk’inzabibu ziri mu bugaragwa; ba sogokuruza nababonye bameze nk’insukoni z’isega zo ku musukoni ugitangura kwama: ariko bāgiye kuri Bayali y’i Peyori, bīyegurira ako gatētereza, bahinduka umuziro nk’ico nyene bakunze.


Sigaho kunezerwa, ewe Isirayeli, nk’ukw abanyamahanga bīnezererewe; kuko wīgize maraya, ukava ku Mana yawe, wakunze impēra z’ubumaraya ku mbuga zose zanikira impeke.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite