Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 7:39 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

39 Ba sogokuruza banse kumwumvira, baramwikunkumura, basubira muri Egiputa mu mitima yabo,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

39 Ariko ba Sokuruza bacu baranse kumwumvira, baramwikunkumura, imitima yabo yipfuza kwisubirira muri Egiputa.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 7:39
15 Referans Kwoze  

Twibutse ya mafi twarya tukiri muri Egiputa ata co dutanze, n’amakonkomburi n’amapapayi n’amapwaro n’ibitunguru vya betsalimu n’ivya sumimu.


barababarira, bat’ Uhoraho iy’ apfuma atwicira mu gihugu ca Egiputa, tucīteretse inkono z’inyama, tukirya ivyo kurya tugahāga; none mwadukūyeyo mutuzana mur’ ubu bugaragwa kugira ngw iri shengero ryose mutwicishe inzara.


Uko ni ko Salomo yirukanye Abiyatari mu buherezi bg’Uhoraho, ngw ashitse ijambo Uhoraho yari yaravuze ku nzu ya Eli i Shilo.


Ariko muka Gileyadi bari baravyaranye abandi bahungu; abo bamaze gukura, bāri bārirukanye Yefuta, bati Nta co uteze mu vya data, kuko wavutse ku mugore w’ icangazi.


batonganya Imana na Mose, bati Mwadukūriye iki muri Egiputa, mukatuzana gupfira mur’ ubu bugaragwa? kw ata vyo kurya tuharonka, ata n’amazi ariho, kandi tubihiwe n’ibi vyo kurya bitagira ikimazi.


Abantu bahicirwa n’inyota, bidodombera Mose, bati Wadukūriye iki muri Egiputa kutwicisha inyota, twe n’abana bacu n’ibitungwa vyacu?


Arik’ uwagirira mugenzi we nabi aramusunika, aramubaza, ati Ni nde yakugize umukuru cank’ umucamanza wacu?


Kandi bagiririra Mose ishari aho bari bashagaje, Na Aroni, uwera w’Uhoraho.


Impwemu z’abavugishwa n’Imana ziganzwa na bo:


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite