Ivyakozwe 7:29 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Mose yumvise iryo jambo, arahunga, aba umwambukīra mu gihugu c’i Midiyani, avyariray’ abahungu babiri. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe29 Mose avyumvise, aca ahungira mu ntara ya Midiyani, abayo nk’umunyamahanga, avyarirayo abahungu babiri. Gade chapit la |