Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 7:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Arik’ uwagirira mugenzi we nabi aramusunika, aramubaza, ati Ni nde yakugize umukuru cank’ umucamanza wacu?

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Uwariko agirira nabi mugenziwe aca asunura Mose, amubaza ati: ‘Ni nde yakugize umutware n’umucamanza wacu?

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 7:27
15 Referans Kwoze  

Mose uyo, umwe banka, bati Ni nde yakugize umukuru cank’ umucamanza? ni we Imana yatumye kuba umukuru n’umucunguzi, abihawe n’ukuboko kw’umumarayika yamubonekereye muri ca gisaka.


Aramubaza, ati Mbega wa mugabo, ni nde yanshizeho kuba umucamanza wanyu, canke kubagaburira ivyanyu?


Bavyumvise baribga mu mitima, bamuhekenyera imisaya.


Ba sogokuruza banse kumwumvira, baramwikunkumura, basubira muri Egiputa mu mitima yabo,


Ariko bo bavyumvise baribga mu mitima, bashaka kubica.


Babashize hagati, barababaza, bati N’ubushobozi ki, canke n’izina ki, vyabateye gukora ivyo?


Yinjiye mu rusengero, arikw arigisha, abaherezi bakuru n’abashingantahe b’ubgo bgoko baza kuri we, baramubaza, bati N’ububasha ki bugutera gukora ivyo? Kandi ni nde yaguhaye ubgo bubasha?


Rāba umusavyi wawe ko ngiriwe akagongwe imbere yawe, kand’ ukaba ungwijijekw imbabazi zawe, izo ungiriye ng’ ukize ubugingo bganje: erega sinoba ngihunga ngo nshike kur’ iriya misozi, ico cago kitanshitseko, kikanyica:


Aramwishura, ati Ni nde yakugize umukuru cank’ umucamanza wacu? Mbeg’ ugomba kunyica nk’uko wishe wa Munyegiputa? Mose aratinya, arivuganya, ati N’ukuri vyaramenyekanye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite