Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 7:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Mose yigishwa ubgenge bgose bg’Abanyegiputa, agira ubushobozi mu majambo yiwe no mu bikorwa vyiwe.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

22 Nuko Mose yigishwa ubwenge bwose bw’Abanyegiputa, kandi aba uwuhambaye mu mvugo no mu ngiro.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 7:22
6 Referans Kwoze  

Abaganwa b’i Sowani n’ibipfu rwose; inama z’abajanama ba Farawo b’abanyabgenge zihindutse iz’ ubusa: none muhangara mute kubarira Farawo, muti Nd’ umwana w’umunyabgenge, nd’umwana ava mu bami ba kera?


b’imisore batagira agasembga, ariko b’indanga, bar’ uburyo mu vy’ubgenge bgose, b’abahanga mu vyo kumenya, b’insorongozi mu vy’ubgenge, kandi babereye gukora i bgami; kugira ngw abigishe inyandiko y’Abakaludaya n’ururimi rwabo.


Uko ni k’ umwami Salomo yarusha abami bose bo mw isi ubutunzi n’ubgenge.


Arababaza, ati N’ibiki? Baramwishura, bati N’ivya Yesu Umunyanazareti, yar’ umuntu avugishwa n’Imana, akaba umunyabushobozi bginshi mu vyo yakora no mu vyo yavuga, imbere y’Imana n’imbere y’abantu bose:


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite