Ivyakozwe 7:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Mur’ ico gihe Mose aravuka, yari mwiza cane, bamurerera mu nzu kwa se amezi atatu; Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe20 Ico gihe ni ho Mose yavuka, avuka ari umwana adasanzwe imbere y’Imana. Nuko arererwa mu muryango wiwe gushika ashikanye amezi atatu. Gade chapit la |