Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 7:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Arikw igihe c’isezerano kigira gishike, iry’ Imana yasezeraniye Aburahamu, abantu baragwira, baba benshi muri Egiputa,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Igihe c’uko Imana ishitsa amasezerano yahaye Aburahamu cegereje, igitigiri c’ubwoko bwacu cari kimaze kugwira, kirongerekana cane muri Egiputa.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 7:17
8 Referans Kwoze  

Imana y’ubu bgoko bg’Abisirayeli yatoranije ba sogokuruza, kand’ ishira abantu hejuru hamwe bār’ abambukīra mu gihugu ca Egiputa, ikabakūzay’ ukuboko gukomeye.


Kand’ Imana ivuga irtya, it’ Uruvyaro rwawe ruzoba inyambukira mu kindi gihugu, bazobagira abaja, babagirire nabi imyaka amajana ane.


Imana igirira neza abo bākirizi; iryo hanga rica riragwira, riba igisata.


Abisirayeli baba mu gihugu ca Egiputa, mu ntāra y’i Gosheni; baronkeray’ ibintu, bararondoka, baragwira cane.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite