Ivyakozwe 7:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Ikigoyi gitera muri Egiputa hose n’i Kanani, hatera n’amarushwa menshi, kandi ba sogokuruza babura ivyo kurya. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe11 Igihe kimwe inzara itera muri Egiputa yose n’i Kanani, abantu babona amakuba, ba sogokuruza babura ivyokurya. Gade chapit la |