Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 7:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Umuherezi mukuru aramubaza, ati Mbeg’ ivyo ni ko biri?

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Nuko umuherezi mukuru aramubaza ati: “Ivyo bakwagiriza ni vyo?”

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 7:1
7 Referans Kwoze  

Abicaye mw ikombe bose bamuhanze amaso babona mu maso hiwe, hasa n’ah’ umumarayika.


Na we aramwishura, ati Yemwe bene Data kandi ba data, ni mwumve: Imana y’icubahiro yiyeretse sogokuruza Aburahamu, ar’ i Mesopotamiya, ataraja kugerēra i Harani,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite