Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 5:37 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

37 Hanyuma yiwe hāduka Yuda Umunyagalilaya, mu misi yo kwandikwa, yikwegera abantu inyuma; na we apfa rubi, n’abāmwumvira bose uko bangana barasābagira.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

37 Inyuma yaho, Yuda Umunyagalilaya yaje mu misi y’urusansuma, arongoye umugwi w’abantu batera umudurumbanyo. Na we nyene yarishwe, abamukurikira barasanzara.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 5:37
7 Referans Kwoze  

Buno Yesu aramubarira, ati Subiza inkota yawe ahayo; kukw ababanguye inkota bose bazokwicwa n’inkota.


Ariko Petero yari yicaye hanze mu rugo. Incoreke iza ah’ ari, iti Nawe nyene mwari kumwe na Yesu Umunyagalilaya.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite