Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 5:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Haza umuntu arababarira, at’ Erega ba bagabo mwashira mw ibohero bari mu rusengero bahagaze bigisha abantu.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Ubwo nyene haca haza umuntu, ababwira ati: “Ba bagabo mwashira mw’ibohero bahagaze mu rusengero bariko barigisha abantu.”

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 5:25
8 Referans Kwoze  

Bumvise ayo majambo umukuru w’abashibamyi b’urusengero n’abaherezi bakuru bazazanirwa n’ivyabo, ikizovamwo.


Maz’ uwo mukuru w’abashibamyi ajana n’abagendanyi, babazana ku neza, kuko bātinya abantu, ngo ntibabatere amabuye.


Abakūra mu mwiza no mu gitūtu c’urupfu, Aca iminyororo yabo.


rit’ Uku ni k’Uhoraho agize, ati Hagarara mu nyubakwa y’ingoro yanje Uhoraho, ubarire ab’ibisagara vyose vy’i Buyuda baza gusenga mu ngoro yanje, amajambo yose nkubarira yo kubabgira: ntusige na rimwe.


Nuko Nebukadineza araraka, arashungumirwa, avuga ko bafata Shaduraka na Meshaki na Abedunego. Nuko babazana imbere y’umwami.


Bazobajana imbere y’abaganza n’abami babampōra, muzoba ikimenyetso kibabere icabona, bo n’abanyamahanga.


ariko bamwe muri bo baja ku Bafarisayo, bababgira ivyo Yesu akoze.


Petero na Yohana bāriko baradūga baja mu rusengero mu gihe co gusenga, ni co saha cenda.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite