Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 5:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 bat’ Inzu y’abanyororo dusanze yugaye ata nkomanzi iriho na mba, n’abarinzi bahagaze ku nzugi, maze twuguruye ntitwasangamw’ umuntu.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 bavuga bati: “Twasanze ibohero ryugaye neza, n’abarinzi bahagaze ku miryango, ariko twuguruye twasanze ata n’umwe ariyo.”

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 5:23
13 Referans Kwoze  

Uhoraho ahindura ubusa imigabo y’amahanga, Atuma ivyiyumviro vy’amoko bipfa ubusa.


Umwe avyagiye mw ijuru azobatwengera mw ijigo: Umwami Imana azobakēngēra.


Maz’ umumarayika w’Umwami Imana ahenga mw ijoro yugurura inzugi z’ibohero, abakūrayo, arababgira,


Baca batora amabuye yo kumutera, maze Yesu arihisha, ava mu rusengero.


Ni nde yovuga ikintu, kikaboneka, kand’ Umwami Imana atari we yabigeze?


Ubgenge cank’ ukumenya Cank’ inama, biba ar’ ubusa imbere y’Uhoraho.


Abagendanyi bagiye ntibabasanga mw ibohero: baragaruka barababgira,


Bumvise ayo majambo umukuru w’abashibamyi b’urusengero n’abaherezi bakuru bazazanirwa n’ivyabo, ikizovamwo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite