Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 5:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 bituma banaterurira abarwaye ku nzira, babashira mu nderuzo no ku birago, kugira ngo Petero ni yahaca, naho coba igitūtu ciwe gishike kuri bamwe.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Vyatuma kandi abantu benshi bama bazana abagwaye bakabaryamika mu nderuzo no ku birago i ruhande y’inzira, kugira ngo Petero arenganye igitutu ciwe gipfume kibacako.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 5:15
8 Referans Kwoze  

baramwinginga ngo bakore ku buyonga bg’impuzu yiwe gusa, ababukozeko bose barakira.


N’ukuri, n’ukuri ndababgire: Ūnyizera, ibikorwa jewe nkora na we azobikora: kand’ azokora ibibiruta, kuko jewe ngiye kwa Data.


yari yiyumviriye mu mutima, ati N’iyo nokora ku mpuzu yiwe gusa, nokira.


Birukanga impande zose mur’ ico gihugu cose, batangura guterura abarwaye mu nderuzo, babakwiragirana aho bamwumvise hose.


Hakoranira ishengero rivuye no mu bisagara bihereranye n’i Yerusalemu, bazana abarwaye n’abababazwa n’impwemu zihumanye: bakizwa uko bangana.


igihe co kwica n’igihe co gukiza; igihe co gusambura n’igihe co kwubaka;


Ivyo bibaye, abandi bari n’indwara bo mur’ ico kizinga baraza, arazibakiza.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite