Ivyakozwe 5:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Ibimenyetso n’ibitangaza vyinshi bikorwa mu bantu n’amaboko y’intumwa: kandi bose bākoranira mw ibaraza rya Salomo n’umutima uhūye: Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe12 Inyuma y’ivyo, intumwa zibandanya zikora ibitangaza n’utwumiza mu bantu, kandi abizera bose bama bahurira hamwe mw’ibaraza rya Salomo, bahuje umutima n’inama. Gade chapit la |