Ivyakozwe 5:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Uwo mwanya agwa imbere y’ibirenge vyiwe bukumbi. Ya misore yinjiye isanga amaze guhwera, iramujana, imuhamba i ruhande y’umugabo wiwe. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe10 Ubwo nyene aca agwa hasi imbere y’ibirenge vya Petero, aracikana. Ba bantu baca barinjira, basanga na we arapfuye, baca baja kumuhamba, bamuryamika i ruhande y’umugabo wiwe. Gade chapit la |