Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 5:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Kandi hār’ umugabo yitwa Ananiya, agura ishamvu afatanije n’umugore wiwe Safira,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Ariko hari umugabo yitwa Ananiya, yari afise umugore yitwa Safira. Bagurisha itongo ryabo babigiye inama.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 5:1
9 Referans Kwoze  

Mu nzu nini y’umutunzi ntihabamw’ imbombovu z’ivyacuzwe mw izahabu no mw ifeza gusa, ariko habamwo n’iz’ ivy’ ibiti n’iz’ ivy’ ibumba, kandi bimwe babikoresha ivy’ icubahiro, ibindi babikoresha ibiteye isoni.


Ico Data ampa cose kiranshikīra, kand’ uwoza kuri jewe sinomuhinda na gatoya.


Kand’ i Yeriko bari biyugaranye bahadadiye kubgo gutinya Abisirayeli; nta warenga irembo, kandi nta washika imbere.


Ahamagaza abo mu rugo rwiwe, umugabo umwe‐umwe; hafatwa Akani mwene Karami, umwuzukuru wa Zabudi, Zabudi mwene Zerahi, wo mu muryango wa Yuda.


Arik’ umuntu w’ingunge aravumwe, afise isukurume mu mukuku wiwe yasezeranye kuyishikana, maz’ agashikanira Umwami Imana iyifise agasembga; kuko nd’Umwami ahambaye, ni k’Uhoraho Nyen’ ingabo agize, kand’ izina ryanje riteye ubgoba mu banyamahanga.


yar’afise itongo ararigura, azana ibiguzi vyaryo, abishira imbere y’ibirenge vy’intumwa.


yisigariza ku biguzi vyayo, umugore wiwe abizi, azana ikigabane, agishira imbere y’ibirenge vy’intumwa.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite