Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 4:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Nuko Petero, yuzuye Mpwemu Yera, arababarira, ati Yemwe bashingantahe b’abantu n’abakuru,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Maze Petero, yuzuye Mpwemu Yera, aravuga ati: “Batware nanwe bashingatahe b’ubu bwoko,

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 4:8
11 Referans Kwoze  

Bose buzuzwa Mpwemu Yera, batangura kuvuga izindi ndimi, uko Mpwemu abahaye kuzivuga.


Ariko Stefano yuzuye Mpwemu Yera, ahanga amaso mw ijuru, abona ubgiza bg’Imana, na Yesu ahagaze i buryo bg’Imana:


Bahejeje gusenga, aho bakoraniye haratigita, bose buzuzwa Mpwemu Yera, bavuga ijambo ry’Imana bashize amanga.


Pilato akoranya abaherezi bakuru n’abashingantahe n’abantu,


Bukeye bg’aho, abashingantahe babo bo n’abakuru n’abanyabgenge b’ivyanditswe bakoranira i Yerusalemu,


Maze Elisabeti yumvise indamukanyo ya Mariya, inda ikinagira muri we, Elisabeti yuzuzwa Mpwemu Yera,


Babashize hagati, barababaza, bati N’ubushobozi ki, canke n’izina ki, vyabateye gukora ivyo?


Ariko Sauli ari we Paulo, yuzuye Mpwemu Yera, amuhanga amaso,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite