Ivyakozwe 4:32 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 Kand’ abizeye b’akavuvu bari bahūje umutima n’inama, kandi nta n’umwe yakīmbūkira ikintu cose atunze ngo n’iciwe, ariko vyose bārabisangira. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe32 Abizera bose bari bahuje umutima n’inama muri vyose. Nta n’umwe yavuga ko ivyo atunze ari ivyiwe wenyene, ariko basangira ivyo bafise vyose. Gade chapit la |