Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 4:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Babashōrerakw amaboko, babashira mw ibohero gushitsa mu gitondo, kuko bgari bugorovye.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Baca bafata Petero na Yohana, kandi kubera bwari bwije, babashira mw’ibohero gushika bukeye.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 4:3
11 Referans Kwoze  

bashōrera amaboko ku ntumwa, bazishira mu nzu y’ibohero rya bose.


amusaba ivyete vyo guha ab’ amasinagogi y’i Damasiko, kugira ngo ni yabona abantu bakurikira Inzira ya Yesu, ar’ abagabo cank’ abagore, abajane i Yerusalemu mu ngoyi.


Ariko Sauli yatikiza ishengero; yinjira mu mazu yose, agakūramw’ abagabo n’abagore, akabashira mw ibohero.


Bosha abantu n’abakuru n’abanyabgenge b’ivyanditswe baramugīra, baramufata, bamujana mw ikombe.


Nukw abasoda n’umukuru w’abagabisha babo n’abagendanyi b’Abayuda bafata Yesu, baramuboha,


Baramufata, baramujana, bamwinjiza mu nzu y’umuherezi mukuru, ariko Petero amuja inyuma barenga arenguka.


Yesu abaza abaherezi bakuru n’abakuru b’abashibamyi b’urusengero n’abashingantahe bamuziye, ati Mbega munziye nk’umwambuzi, muzanye inkota n’amahiri?


Yumvise ko Yohana yashizwe mw ibohero, aja i Galilaya.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite