Ivyakozwe 4:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Abami bo mw isi batonze urugamba, N’abakuru bakoraniye hamwe, Kurwanya Uhoraho n’Uwo yarobanuje amavuta. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe26 Abami bo mw’isi bakuye hasi, n’abatware bagiye hamwe ngo bagwanye Uhoraho n’uwo yarobanuje amavuta.’ Gade chapit la |
Amayinga mirongwirindwi agerewe ubgoko bganyu n’igisagara canyu cera, kugira ngw ibicumuro bishire n’ivyaha birangizwe, n’ibigabitanyo bitangirwe impongano, hazanwe ukugororoka kutazoshira, ivyo weretswe n’ivyavugishijwe n’Imana ngo bimatanishwe ishashara idomwemw’ ikimenyetso, ahēra cane harobanuzwe amavuta.