Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 4:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 kandi wavugiye mu kanwa ka sogokuruza Dawidi, umusavyi wawe, ubivugisha Mpwemu Yera, ut’ Abanyamahanga n’iki kibateye umuvurungano, N’amoko yagīriye ingingo iki ivy’ ubusa?

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Ni wewe wavugiye muri Mpwemu Yera uciye mu kanwa k’umusavyi wawe, sogokuruza wacu Dawidi, uti: ‘Ni kuki abanyamahanga bateye umuvurungano, n’amoko akagira inama z’ubusa?

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 4:25
5 Referans Kwoze  

ati Bagabo bene Data, ivyanditswe ntivyobuze gushika, ivyo Mpwemu Yera yari yaravugiye mu kanwa ka Dawidi kuri Yuda, yarōngōye abaja gufata Yesu,


Nuko, kuko yar’ uwavugishwa n’Imana, akamenya kw Imana yamurahiye indahiro, kw izoshira ku ngoma yiwe uwamutse mu bura bgiwe,


ut’ Ico ni co gitumye Uhoraho Imana agize, ngw Iyo migabo ntizohama kandi ntizoshika.


Mwoye kwiyumvira mu mitima, muti Dufise Aburahamu, ni we sogokuruza. Ndababgira yukw aya mabuye Imana ishobora kuyavyuramw’ abana ba Aburahamu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite