Ivyakozwe 4:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Petero na Yohana barabishura, bati Namb’ ari vyiza mu nyonga z’Imana kubumvira kubarutisha Imana, ni mubitandukanye: Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe19 Ariko Petero na Yohana barabishura bati: “Mbega mubona ko ikibereye imbere y’Imana, ari ukwubaha mwebwe gusumba kuyubaha? Gade chapit la |
Maz’ umwami Ahazi abarira Uriya umuherezi, ati Kur’ iki gicaniro kinini abe ari ho uzohora wosereza ikimazi c’ukwoswa co mu gatondo, n’ishikanwa ry’ amafu ryo ku mugoroba, bo n’ ikimazi canje ubganje c’ukwoswa, n’ishikanwa ryanje ry’amafu, hamwe n’ikimazi c’ukwoswa c’igihugu cose, n’ishikanwa ryabo ry’ amafu, n’amashikanwa yabo y’ibiturire, ukimijeko n’amaraso yose y’ikimazi c’ukwoswa, n’amaraso yose y’ibindi bimazi; na co igicaniro c’umuringa kizoba ico nzohora nsigurizako Uhoraho.