15 Barabataramura, maze baja inama,
15 Nuko barabataramura, batangura kuvugana hagati yabo.
Ariko jeho ndababgira yuk’ umuntu wese azorakira mugenzi we azoba ashikiwe no gutsindwa n’urubanza; ūzotuka mugenzi we, ngo Wa kijuju we! azoba ashikiwe no gucirwakw iteka; ūzomutuka, ati Wa gipfu we! azoba ashikiwe no gutabga mu muriro wa Gehinomu.
kandi babonye uwo muntu yakijijwe ahagararanye na bo, babura ico bavuga.