Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 3:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Petero amuhanga amaso, bo na Yohana, aramubarira, ati N’uturābe.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Maze Petero na Yohana barahindukira baramuraba, hanyuma Petero amubwira ati: “Nuturabe!”

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 3:4
11 Referans Kwoze  

Yesu aramubgira, ati Sinakubgiye nti Ni wizera urabona ubgiza bg’Imana?


Petero abibonye, abaza abo bantu, ati Yemwe bagabo b’Abisirayeli, n’iki gitumye mutangazwa n’ibi, muduhangiye amaso iki, nk’ah’ ubushobozi bgacu cank’ ukwubaha Imana kwacu ari vyo vyaduhaye kumugendesha?


Azinga igitabo, agisubiza umusanzi w’inzu, aricara; abantu bose bāri mw isinagogi bamuhanga amaso.


Yesu amubonye aryamyeho, kand’ amenye kw amaze igihe kirekire, aramubaza, ati Wumva ugomba gukira?


Ngihanga amaso, ndacitegereza, mbonamw’ ibigenza amaguru ane vyo kw isi, n’ibikōko vyo mw ishamba, n’ibikwega inda hasi, n’ibiguruka vyo mu kirēre.


Petero na Yohana bāriko baradūga baja mu rusengero mu gihe co gusenga, ni co saha cenda.


Uyo abonye Petero na Yohana bagira binjire mu rusengero, arabasēga ngo bamuhe.


Abashirak’ umutima agira ngo har’ ico bamuha.


Agifashe Petero na Yohana, abantu bose birukira kuri bo, bakoranira kw ibaraza ryitwa irya Salomo, batangaye cane.


Na we amukanurira amaso, afise ubgoba, aramubaza, ati N’iki ga Mwami? Aramwishura, ati Gusenga kwawe n’ubuntu bgawe vyadūze biba icibutso imbere y’Imana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite