Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 3:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Uyo abonye Petero na Yohana bagira binjire mu rusengero, arabasēga ngo bamuhe.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Abonye Petero na Yohana bagira binjire mu rusengero, arabasega.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 3:3
4 Referans Kwoze  

Atuma Petero na Yohana, arababarira, ati Ni mugende, mudutegurire ivya Pasika, kugira ngo turye.


Petero na Yohana bāriko baradūga baja mu rusengero mu gihe co gusenga, ni co saha cenda.


Petero amuhanga amaso, bo na Yohana, aramubarira, ati N’uturābe.


Agifashe Petero na Yohana, abantu bose birukira kuri bo, bakoranira kw ibaraza ryitwa irya Salomo, batangaye cane.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite