Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 28:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Ivyo bibaye, abandi bari n’indwara bo mur’ ico kizinga baraza, arazibakiza.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Ivyo bibaye, abarwayi bose bo kuri iryo zinga baca baraza Pawulo arabasengera, barakira.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 28:9
7 Referans Kwoze  

bituma banaterurira abarwaye ku nzira, babashira mu nderuzo no ku birago, kugira ngo Petero ni yahaca, naho coba igitūtu ciwe gishike kuri bamwe.


Ibimenyetso n’ibitangaza vyinshi bikorwa mu bantu n’amaboko y’intumwa: kandi bose bākoranira mw ibaraza rya Salomo n’umutima uhūye:


Inkuru yiwe ikwira i Siriya hose, bamuzanira abarwaye bose bātewe n’indwara zitari zimwe n’ibibasheshereje, n’abinjiwemwo n’abadayimoni, n’abarwaye intandara, n’ibimuga; arabakiza.


Bararamiriza baca mur’ ico kizinga cose, bashika i Pafo, basangay’ umugabo w’umunyamarēba, umuraguzi w’ibinyoma, yar’ Umuyuda, izina ryiwe ni Bari‐Yesu;


Se wa Pubiliyo yar’ arwaye inyonko kand’ agacibgamw’ amaraso, maze Paulo yinjira i we, arasenga, amurambikakw ibiganza, aramukiza.


Baduha icubahiro mu buryo bginshi; maze mu gihe co kujabuka kwacu bashira mu bgato ivyo dukennye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite