Ivyakozwe 28:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Ba bandi barereka kw avyimba, canke kw agwa bukumbi: ariko bamara umwanya munini babireretse, babonye ata co abaye, barahindura, bati N’imana. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe6 Abantu bari biteze ko aca avyimba canke agapfa ubwo nyene. Ariko barindiriye umwanya muremure bakabona nta co abaye, baca barahindura batangura kuvuga ko Pawulo ari imana. Gade chapit la |