Ivyakozwe 28:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Ariko Paulo amaze gusenya umuganda w’inkwi, arazikomānya, inzoka iva mu muriro, imukomora ku kuboko. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe3 Maze Pawulo yegeranya umukama w’inkwi agashira ku muriro, haca havamwo inzoka y’ikimata ibabuwe n’umuriro imukomora ku kuboko kandi ikumatako. Gade chapit la |
Imbūri yo ku bikōko vy’i bumanuko. Baca mu gihugu c’ amagorwa n’umubabaro, ah’ intambge y’ingore n’iy’ ingabo zituruka, hakaba n’imamba n’inzoka z’ubumara buturira ziguruka, baremētse indogoba z’imikangara ivy’ ubutunzi bgabo, bashize n’ivy’ itunga ryabo ku mapfupfu y’ ingamiya, kugira ngo baje kubishikanira abantu batazobagirira ikimazi.