Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 28:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Batemeranije ubgabo barataha, Paulo asubiye kuvuga ijambo rimwe, at’ Ivyo Mpwemu Yera yabaririye ba sogokuruza banyu mu kanwa k’uwavugishwa n’Imana Yesaya, yabivuze neza,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Nuko hagera ko bataha bagiharira, hanyuma Pawulo ababwira ijambo ryo kubasezera ati: “Mpwemu Yera yavuga ukuri igihe yavuga kuri ba sogokuruza banyu, avugishije Yesaya ati:

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 28:25
8 Referans Kwoze  

Mwa ndyarya mwe, Yesaya yavuze neza ivyo yavugishwa n’Imana kuri mwebge,


kukw ata jambo ry’abāvugishwa n’Imana ryazanywe no kugomba kw’umuntu, arikw abantu bāvuga ivyava ku Mana, barōngōwe na Mpwemu Yera.


Arabishura, ati Yesaya yavuze neza ivyo yavugishijwe n’Imana kuri mwebge indyarya, nk’uko handitswe, ngw Aba bantu banyubahisha iminwa yabo, Arikw imitima yabo iri kure yanje.


Mpwemu abarira Filipo, ati Ni wēgēre uriya mukogote, ugendane na wo.


Maze bamwe bemera ivyo avuze, abandi ntibāvyemera.


ati Ja kur’ ubgo bgoko, Uti Kwumva muzokwumva, ariko ntimuzoruha mubitahura; Kurāba muzorāba, ariko ntimuzoruha muvyihweza.


Nuko, nk’uko Mpwemu Yera avuga, at’ Uyu musi aho mwumvira ijwi ryayo,


Amaze kuvuga artyo, Abayuda bagenda bahāririzanya bikomeye.]


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite