Ivyakozwe 28:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Ariko turagomba kwumva ivyo wiyumvira, kukw ico gice tuzi yuko bakivuga nabi hose. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe22 Ariko twashaka kukwiyumvira utubwire ivyo wizera, kuko turazi ko ahantu hose bavuga nabi uwo mugwi w’idini urimwo.” Gade chapit la |