Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 28:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Arikw Abayuda batagaye, numva nkwiye kwitwara kuri Kayisari; ariko s’uko mfise ico ndega ubgoko bgacu.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Maze mbonye ko Abayuda banse ingingo yo kundekura, nca nitwara kuri Kayisari. Ariko ntivyari bitumwe nuko ngomvye kuburanya ubwoko bwanje.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 28:19
7 Referans Kwoze  

Agiripa abarira Fesito, at’ Uyu muntu aba arekuwe, iy’ ataba yar’ agomvye kuzokwitwara kuri Kayisari.


Ariko nsanga ntiyakoze igikwiye kumwicisha, kand’ ubgiwe agomvye kwitwara kuri Augusito, ngabira kumumurungikira.


Ariko Paulo asavye kurindwa kugira ngw az’ acirwe urubanza na Augusito, mvuga kw arindwa gushitsa aho nzomurungikira Kayisari.


Uwo mwanya agōbēra abigishwa ngo batambukire mu bgato bītangire kujabuka hakurya, abanze gusezera ishengero.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite