Ivyakozwe 28:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Na bo bamaze kuncunaguza, bashaka kundekura, kukw ata nyanduruko yambonetseko yo kunyicisha. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe18 Bamaze gutohoza neza ivyanje, bipfuza kundekura kuko ata kibi na kimwe canyagira cari gutuma nicwa. Gade chapit la |