Ivyakozwe 28:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Tumaze gushika Roma, umugabisha w’abasoda ijana ashikiriza imbohe umugabisha w’abasoda bahora bashibama kwa Kayisari: ariko bakundira Paulo kuba ukwiwe, ari kumwe n’umusoda amurinda. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe16 Dushitse i Roma, Pawulo ahabwa uruhusha rwo kuba mu nzu ya wenyene, ari kumwe n’umusoda amucunze. Gade chapit la |