Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 28:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Turahava, turazinguka, dufata i Regiyo. Hashize umusi umwe umuyaga uturutse i bumanuko urahehera, tugenda imisi ibiri, dufata i Puteyoli.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Tuhavuye, twaciye tubandanya dushika i Regiyo. Bukeye, umuyaga w’i bumanuko urahuhuta, maze mu misi ibiri tubona gushika i Puteyoli.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 28:13
3 Referans Kwoze  

Maz’ umuyaga uturutse i bumanuko uheheye buhoro, bibgiye ko baronse ico bāgomba, bazitura ubgato, bagenda bakikira hafi cane y’i Kirete.


Dufata i Surakusa, tuhamara imisi itatu.


Tuhasanga bene Data bamwe, baratwinginga ngo tumarane na bo imisi ndwi: uko ni ko twashitse i Roma.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite