Ivyakozwe 28:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Baduha icubahiro mu buryo bginshi; maze mu gihe co kujabuka kwacu bashira mu bgato ivyo dukennye. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe10 Maze ivyo bibaye, baduha icubahiro cinshi, hanyuma hageze ko tugenda badutekerera ivyo tuzokenera vyose mu rugendo. Gade chapit la |