Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 28:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Tumaze gukira, tumenya ico kizinga yuko citwa Melita.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Tumaze kurokoka impore i musozi, tumenya ko iryo zinga ryitwa Malita.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 28:1
6 Referans Kwoze  

Ariko har’ ikizinga dukwiye gusukwako.


abandi na bo, bamwe bagende ku mbaho, abandi ku bindi bivuye mu bgato. Nuko bagenza bartyo, bashika ku nkombe bose, barakira.


Ijoro rikeye, ntibāmenya ico gihugu, ariko babonye ikigobe kirimw’ umusenyi, baja inama yuko boshobora gushikanah’ ubgato.


Amaze kurota izo nzozi, duca turondera ingene tuja i Makedoniya, kuko tumenye yukw Imana iduhamagariye kubabgira ubutumwa bgiza.


Bararamiriza baca mur’ ico kizinga cose, bashika i Pafo, basangay’ umugabo w’umunyamarēba, umuraguzi w’ibinyoma, yar’ Umuyuda, izina ryiwe ni Bari‐Yesu;


Bamaze gushinga ngo tujabuke tuje muri Italiya, Paulo n’izindi mbohe babaha umugabisha w’abasoda ijana yitwa Yuliyo, wo mu ngabo za Augusito.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite