Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 27:44 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

44 abandi na bo, bamwe bagende ku mbaho, abandi ku bindi bivuye mu bgato. Nuko bagenza bartyo, bashika ku nkombe bose, barakira.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

44 Abasigaye baca bogera ku mbaho n’ibimanyu vy’ubwato, gutyo bose bashika impore i musozi.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 27:44
8 Referans Kwoze  

Kandi none ndabaremesha, ni muhūmure, kuko muri mwebge hatazopfa n’umwe, atar’ ubgato.


arambgira, ati Nta co utinya, Paulo; ukwiye guhagarara imbere ya Kayisari, kand’ ehe Imana ikwemereye n’abo mugendanye bose.


Kandi k’umugororotsi akizwa agarukiye ku manga, ūtubaha Imana n’umunyavyaha bazoboneka hehe?


Paulo abarira wa mugabisha w’abasoda ijana, hamwe n’abasoda na bo, at’ Aba ni bataguma mu bgato ntimushobora gukira.


Kuko rāba nzobishinga, ngosorere ab’ inzu ya Isirayeli mu moko yose, nk’ibigosozwa urutaro, ariko nta gatete na kamwe kazokorokera hasi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite