Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 27:43 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

43 Ariko wa mugabisha w’abasoda, agomvye gukiza Paulo, ababuza iyo nama yabo, avuga yukw abazi kwoga bokwisuka mu mazi, kugira ngo babanze gushika ku nkombe:

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

43 Ariko kubera wa mukuru w’abasoda ijana yashaka gukingira Pawulo, ababuza kubikora. Aca ategeka ko abazi kwoga bobanza bagasimbira mu mazi bagashika impore i musozi.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 27:43
8 Referans Kwoze  

Bukeye bg’aho dufata i Sidoni, Yuliyo agirira Paulo neza, amukundira kugendera abagenzi ngo bamuzimane.


Inzira z’umuntu iyo zihimbaye Uhoraho Atuma n’abansi biwe buzura na we.


Ibihe bitatu nakubiswe ingāge; igihe kimwe natewe amabuye; ibihe bitatu ubgato bgarammenekanye, naraye mw idamba nirirwaho;


Ariko, umugabisha w’abasoda yumvira ūtumbereza ubgato na nyene bgo kurusha ivyo Paulo avuze.


Kandi bazane n’amafarasi kugira ngo bayashireko Paulo, bamushikane kwa Feliki icēgēra ca Kayisari akiri muzima.


Habah’ ibihāri vyinshi, umukuru w’abagabisha b’abasoda atinye ko bogabangana Paulo, abarira ingabo ngo zimanuke zimubashikure, zimujane mw iboma.


Paulo abarira wa mugabisha w’abasoda ijana, hamwe n’abasoda na bo, at’ Aba ni bataguma mu bgato ntimushobora gukira.


Inama y’abasoda kwar’ uko bokwica imbohe, kugira ngo ntihagire uwo muri zo yokwoga agacika.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite