Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 27:39 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

39 Ijoro rikeye, ntibāmenya ico gihugu, ariko babonye ikigobe kirimw’ umusenyi, baja inama yuko boshobora gushikanah’ ubgato.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

39 Bukeye ntibashobora kumenya iyo ntara barimwo iyo ari yo, ariko babonye ahantu hari umusenyi ku nkengera y’ikiyaga, bafata ingingo yo gutumberezayo ubwato ngo babuhagarikeyo hamwe bibashobokeye.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 27:39
3 Referans Kwoze  

Tumaze gukira, tumenya ico kizinga yuko citwa Melita.


Ariko Yosefu, umugabo wiwe, kukw ar’ umugororotsi, kandi kukw atagomvye kumutetereza, yiyumvira kumubengera mu mpisho.


Bazitura imigozi ifashe ivyuma biziritse ubgato, babirekera i bgina; bariko barabikora, batenzūra imigozi yar’ igumije ingafe zihindukiza ubgato, badūza igihuzu c’imbere kibugendesha ngo gihēhwe n’umuyaga, batumbereza ku musenyi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite