Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 27:32 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 Maz’ abasoda baca imigozi ifashe akāto, ngo bakareke gakoroke.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

32 Maze abasoda baca bacagagura imigozi yari iboshe ako kato gaca gakorokera mu kiyaga karatwarwa.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 27:32
5 Referans Kwoze  

Nuko shebuja ashima uwo mubgiriza agabitanya, kuko yakoze ivy’ ubgenge: kukw abana b’iki gihe bagira ubgenge mu vy’ubu bugingo kurusha abana b’umuco.


Atsiba imigozi ayigira nk’ikimoko, abahinda mu rusengero bose, n’intama n’inka, asēsa amahera y’abariko baravunja, ahenura ameza yabo.


Paulo abarira wa mugabisha w’abasoda ijana, hamwe n’abasoda na bo, at’ Aba ni bataguma mu bgato ntimushobora gukira.


Bugira buce Paulo arabinginga bose ngo barye, ati Non’ uyu musi n’ūgira icumi na kane mukirorereye mutarya, ata co mutamira.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite