Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 27:30 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Maz’ abagendesha ubgato barondeye ingene bobuhungamwo, bururukiriza ka kāto mu kiyaga, biyenzereza nk’abagomba kuzirikisha ivyuma umutwe w’imbere.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

30 Maze abatwara ubwato bagerageza gutoroka ngo babuvemwo, bururutsa ka kato ko kwifashisha mu gihe c’impanuka, babesha ngo bagiye kurekurira mu mazi ivyuma vy’imbere na vyo.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 27:30
5 Referans Kwoze  

Duca musi y’akazinga kitwa Kilawuda, tuhīkinga umuyaga, tubona uko tuboha akāto k’inyuma bitugoye cane;


Maz’ abasoda baca imigozi ifashe akāto, ngo bakareke gakoroke.


Ijoro ry’icumi na kane rishitse, dukūbēbga irya n’ino mu kiyaga ca Adiriya; maze nko mu gicugu abagendesha ubgato bakēka ko har’ igihugu bēgereye.


Kandi kuko batinya gusukwa ahantu h’amabuye baterera mu mazi ivyuma bine vyo kuzirika ubgato babicishije mu mutwe w’inyuma; bifuza ko buca.


Paulo abarira wa mugabisha w’abasoda ijana, hamwe n’abasoda na bo, at’ Aba ni bataguma mu bgato ntimushobora gukira.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite