Ivyakozwe 27:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Kandi none ndabaremesha, ni muhūmure, kuko muri mwebge hatazopfa n’umwe, atar’ ubgato. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe22 Ubu rero ndabasavye mugumye imitima, kuko ata n’umwe muri mwebwe azotakaza ubuzima; ubwato bwonyene ni bwo buzosaba. Gade chapit la |