Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 27:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Ku musi ugira gatatu batesha amaboko yabo ibikoreshwa mu bgato.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Ku musi ugira gatatu, bo nyene baterera mu mazi ibikoresho bimwebimwe ubwato bukenera.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 27:19
7 Referans Kwoze  

Maze Satani yishura Uhoraho, at’ Amagara akābga ayandi! Mber’ ivy’ umuntu atunze vyose yobitanga ku magara yiwe.


Abasoza baratinya, umuntu wese yambaza imana yiwe; baterera mu kiyaga ibintu vyari mu bgato ngo baburemurure. Ariko Yona we yari yamanutse mu gafuruka ko mu bgato gahera epfo, yigaramiye yisinziriye.


Tuzungagizwa cane n’igihuhuta, bukeye bg’aho bata imitwaro mu kiyaga.


Kand’ izuba n’inyenyeri bimaze imisi myinshi bitaboneka, turi mu gihuhuta cinshi girtyo, twihebura rwose kw ata wuzokira.


igihe co kurondera n’igihe co gutakaza; igihe co kubungabunga n’igihe co guta;


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite