Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 27:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Tuzungagizwa cane n’igihuhuta, bukeye bg’aho bata imitwaro mu kiyaga.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Nuko tuba muri ako kaga ko kuzungagizwa n’ibihuhusi kugeza aho batangura guta mu mazi bimwe mu vyari mu bwato ku musi ukurikira.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 27:18
9 Referans Kwoze  

Abasoza baratinya, umuntu wese yambaza imana yiwe; baterera mu kiyaga ibintu vyari mu bgato ngo baburemurure. Ariko Yona we yari yamanutse mu gafuruka ko mu bgato gahera epfo, yigaramiye yisinziriye.


Bamaze guhāga, baremurura ubgato, bata ingano mu kiyaga.


Nuko natwe, ko dukikijwe n’igipfungu c’ivyabona kingana girtyo, twiyambure ibituremēra vyose, n’icaha gikunda kutwizingirako vuba, dusiganirwe ivyo twashizwe imbere twihanganye,


Ku musi ugira gatatu batesha amaboko yabo ibikoreshwa mu bgato.


Nuko shebuja ashima uwo mubgiriza agabitanya, kuko yakoze ivy’ ubgenge: kukw abana b’iki gihe bagira ubgenge mu vy’ubu bugingo kurusha abana b’umuco.


Kand’ umuntu vyomumarira iki kwunguka ivyo mw isi vyose ni yākwa ubugingo bgiwe kw icīru? Cank’ umuntu yotanga iki ngw acungure ubugingo bgiwe?


Bakazungazunga irya n’ino, bakadandabagirana nk’ imborerwa, Ubgenge bgabo bgose bukazimira.


Kukw amagara aruta ivyo kurya, n’umubiri uruta ivyambarwa.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite