Ivyakozwe 27:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Ubgato bumaze guhehwa, butagishobora gutumbera umuyaga, turabureka burakubebga. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe15 Maze ubwato butangirwa n’umuyaga, ntivyakunda ko bubandanya. Duca turareka umuyaga udutwara iyo ushaka. Gade chapit la |