Ivyakozwe 27:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Ariko, umugabisha w’abasoda yumvira ūtumbereza ubgato na nyene bgo kurusha ivyo Paulo avuze. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe11 Ariko wa mukuru w’abasoda ijana aho kwumviriza Pawulo, yumviriza uwugendesha ubwato na nyenebwo. Gade chapit la |